Iryo kete rirashimika cane ko amasezerano ya 'Visit Rwanda' ashobora kuba akura amahera mu mabuye y'agaciro y''amaraso' yo mu bice vyigaruriwe muri Congo, imbere yo kujabukanwa urubibe ...
Twanarebaga impamvu hatubahirizwa amasezerano yo guhagarika imirwano yagizwe hagati ya leta ya Congo na leta y'u Rwanda ? Twanabazaga abatumire bacu umuti wihuse n'urambye babona wahagarika iyi ...